1
Nyuzwe n'ubucuti bwo mw ijuru ,Nisunz' Umukiz' ukomeye. Ngiz' ihirwe, mbony' umunezero : Nisunz' Umukiz'ukomeye.
Ref:
Niseguye amaboko yawe,Yesu; Singitinya: nisunz' Umukiz' ukomeye.
2
Nezezwa n'uko Yes' anyobora :Nisunz' Umukiz' ukomeye. Sinkiyoberw' inzira
nyuramo : Nisunz' Umukiz' ukomeye.
3
Umutima wanjye ntuhagaze :Nisunz' Umukiz' ukomeye. Ngubwa neza ndi kumwe
na Yesu : Nisunz' Umukiz' ukomeye.