1
Muze mwese, muz' aho ndi, Abananiwe! Yesu ni kw 'ahamagara . Abo mw isi.
2
Si wow' umushak' ahubwo Ni W' ugushaka ! Wi kwirirwa witunganya i Uz' uk' uri.
3
Dor' ahagaze ku rugi Arakomanga. Ahamaz' iminsi myinshi : Mwinjiz' ubu !
4
Ngwin' ureb' iby' Umukiza Agukorera ; Aribugukiz' indwara Z'umutima.
5
Ntutsinzwe se n'urubanza Rw'ibyaha byawe? Rek' akubabarir' ibyo Byaha byose!
6
Yesu kw ar' umunyebambe.Umwangiy' iki ? Ko byatuma yigirayo, Ababaye ?
7
Amaganya yawe yoseN'imibabaro, None byos' abiguture, Uruhuke !