1
Yew' ubabazwa n'ibyaha, Sang' Umukiza ningoga.
Ya maraso ye yavuye, Niy' agukurahw ibyaha.
Ref:
Sang' Umukiza ningoga. Ashaka kugukiz' ubu. Mw isi har' umubabaro,arikw iwe n'amahoro
2
Ku ki s' utinze mu byaha? Ku ki wabur' ubugingo? Ngwino ningoga kwa Yesu,
Araguh' amahoro ye.
3
Ibihe bihita vuba, Kandi nta bwo bigaruka. N'igihe git' ukitaba, Kand’ukajyanw'
ikuzimu,
4
Yes' azagaruka vuba. Azajyan' umugeni we. Tuzahora turirimba. Dushim'
Umwana w'Intama.
Ref:
Mw ijuru, hafi ya Yesu Dutandukanye n 'ibyaha. N'ukuri nzaba mpiriwe.
Nzahora nezerw' iteka.