1
Sioni sanganir' Umukwe
Gend' umwerek' umunezero.
Wibonez' imbere y'Umukwe.
Gir' umwe te wo kwitegura.
2
Nezerwa, nezerwa, Umukw'agushakahw impundu. Nezerwa, nezerwa, Ngwin'
upfukamir' Ihoraho.
3
Umukiza wacu yavuye
Ku ntebe y'ubwami mw ijuru.
Yagaragaye mu ruhinja.
Rwaryamishijwe rnu muvure.
4
Yabay' igitambo gikwiye.
Yaba barijw' i Gologota.
Yapfiriye bose bo mw isi.
Duhabw'agakizak'Imana.
5
Yaneshej' umwanzi Satani,
Ndetse n'urupfu rwarat'sinzwe.
Yaduhishuriy'ubugingo.
Twahawe kuzabahw iteka.
6
Agenderer' abababaye,
Abah' a mahoro y'ukuri.
Azahora ku ngom' iteka, Kukwar'
Umwam' ukiranuka.